IGITERAMO CA GOSPEL JAZZ CO GUFATA MU MUGONGO ISHURE RYA SHEMEZA MUSIC

Umugwi Shemeza Music warabateguriye igiteramo kidasanzwe kw'igenekerezo rya 4/5/2013
kuri WATERFRONT exNovotel kwinjira ni 10000f kuva 18h30 gushika 20h30.

Ico gitermo kiri mu ntumbero yo kugira promotion ya Gospel Jazz mu Burundi no gufata mu mugongo ishure ry'umuziki rya shemeza music riri muri ROHERO 2 AVENUE BWERU 18, nkuko tubimenyshwa na Claude MBONIMPAYE.
Ico giteramo bakazogikorana n'abandi baririmvyi bava mu bihugu bindin arivyo HOLLANDE na SUISSE

Comments

Popular Posts