MANAGER WA AFRICA NOVA NI CHRISTIAN NSAVYE


Nkuko tubikesha itororokanirizao ry'amakuru www.indundi.com, NSAVYE umwe mu bamenyesha makuru bakunzwe n'abaririmvyi hano mu gihugu c'uburundi,akorera ikimenyesha makuru ISANGANIRO niwe MANAGER wa AFRICA NOVA.
 inyuma ukwezi gusa ashitse hano mu burundi kugira aramukanye, aharonkeye MANAGER.Christian nsavye uno musi niwe arabana no gutumatumanako amakuru mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi bo mu burundi. ibikorwa yakoze biramuhaye izina mu makungu, na hano iwacu. turamukeje ku kwitanga yashize mu bikorwa vyiwe, narirya atigeze aja mu gitigiri c'abamenyesha makuru bavugwa ko bafashe mu mugongo abaririmvyi, kandi akaba aza mu numero za mbere mu bamenyesha makuru bavugwa ko borohereza abaririmvyi mu gihe babituye.

URUGANDA RWO KUMENYESHA AMAKURU rwa KI-BRA NEWS ruzobashikiriza uko nsavye avugwa n'abaririmvyi mu gihe azoba mu mezi aza akwije imyaka 10 akora ako kazi.

Comments

Popular Posts