UBURUNDI NGO NTUBUZITABA GROOVE AWARDS UYU MWAKA

Nkuko vyamenyeshejwe na RESEAU DES JOURNALISTES QUI FONT LA PROMOTION DU GOSPEL ngo basanze iryo higanwa ririmwo igipfungu.Aho mwomenya ko icatumye uburundi butazitaba aruko iryo gihaganwa uburundi bumaze kwitaba incuro zitatu ngo aho hose ntabwo ngo imvo bakoreramwo ngo ntizari zitomoye kandi bakaba batazi icarico groove awards.Abo bamenyeshamakuru bakaba bafashe ingingo yuko ata muririmvyi canke umumenyesha makuru azogenda muri KENYA aho ivyo birori bizobera kandi yuko ata trophet bashaka y'uburundi.Ikindi mwomenya nuko bazofatira ibihano umuririmvyi w'umurundi azokwitaba ivyo birori.


Abo nibo bari batowe mu gihugu cacu:
 
 1.DAVID NDUWIMANA
 
  2.DUDU NIYUKURI
 
 3.FORTRAN BIGIRIMANA
 
 4.FABRICE NZEYIMANA
 
 5.REDEMPTION VOICE
 
  6.SERAPHINS SONGS
Abo nabo akaba ari bamwe bari muri urwa runani rw'abamenyeshamakuru:
 
                              CHRISTIAN NSAVYE NA KING YANN COOL


                        ALAIN NOVA IRAMBONA
                          
                                                       BERTHIER MUGIRANEZA
    
                                                      DACIA MUNEZERO








Comments

Popular Posts