ABAKOBWA TURASHOBOYE CONCERT

Muntumbero yogishigikira abaririmvyi babakobwa mu Burundi,hateguwe Igiteramo cagakura kuruyu wagatandatu igenekerezo rya 3/08/2013 Kuri BUJA STAR Q 8 Mu Ngagara kwibarabara rya Mutakura hampande y'ikiraro ca Nyabagera.

Kubanywanyi bumuziki w'uburundi murahawe ikaze muze kuraba ubuhinga bwabarundikazi mumuziki ugezweho.
Ico giteramo categuwe na Martin Kelly. Akaba atakindi y'iyumvira atari guteza imbere umuziki w'uburundi.

 Akaba asigaye afashanya na Ibra akora ibijanye na Video,Design nibindi muri KIBRA industry. Iyo compony ikaba yaragize ico ifasha nayo muriyo concert.

Comments

Popular Posts