BRARUDI YOBA IKORANA NA AMICALES MU GUTEGURA PRIMUSIC?


umurimvyi BAODEN SINA DENI aramaze igihe akuwe mu mu gitigiri c'abaririmvyi bo mu burundi, ivyo bikaba vyavuzwe na MEMBER umukuru wa AMICAL DES MUSICIENS, ngo bivanye nuko  hari amasanamu yari yashize kuri FACEBOOK yiwe y'ibiterasoni.


HEJURU KURI IYI PHOTO AMAJA MU BUBAMFU NIHO HARI IZINA RYA BAODEN KU BAHORA BIBAZA KO ATARI WE
HEJURU KURI IYI PHOTO HANDITSEKO BAODEN KU BARIKO BIBAZA KO ATARIWE


ariko nkuko mwashoboye kubibona biciye ku mbuga zitandukanye zitang amakuru y'ibijany n'amahiganwa atandukanye, akaba aheruka kuja mw'ihiganwa rya PRIMUSIC ryo mu ntara asanzwe avukamwo ariyo ya NGOZI ariko akaba ataronse amahirwe yo kuba muri bamwe babiri biserukira iyo ntara.

umuntu yokwibaza rero ati mbega ko BRARUDI ivuga ko ishaka guteza imbere umuziki, yoba ikorana na AMICALE mu gihe ariyo isanzwe ijejwe abaririmvyi mu gihugu cose?
mbe nimba badakorana n'igiki abaririmvyi babarundi bazoba bariko barahomba?
uwoba ariko arunguka yoba ari nde?
mbe hoho abaririmvyi  boba bazi uko AMICALES ikora?

Comments

Popular Posts