CONFERENCE CONFERENCE INTERNATIONAL

Ishengero Life Center Burundi riri mu nyakabiga ya kabiri numero 9 ryarabateguriye conference international kuva kur'uyu wa mungu igenekerezo rya 28 gushika kuva gatanu igenekerezo rya 2.Hakaba harateguwe inyigisho minsi yose mu gitondo guhera 8h-12h ku bantu batandukanye.Aho mwomenya yuko kur'uyu wa mungu nyuma ya sasita iryo  shengero ryabateguriye igiteramo kidasanzwe aho hazoba hari abashite batandukanye baje bava mu bihugu bitandukanye bazoza kwifatanya nawa mugwi musanzwe muzi ukorera ah nyene witwa SHEMEZA MUSIC.                                                                                         
Aho mwomenya yuko umwe mu barongozi biryo shengero azoshira ahabona album yiwe nshasha  y'indirimbo uwo nawe akaba ari PASTOR DEPAPA

Comments

Popular Posts