DIAMOND NGO SI IVYIMBESHERE YARARYAMANYE NA OPRAH



DIAMOND UMUNEZERO NI WOSE KUBA YARARYAMANYE NA OPRAH
Kuri DIAMOND umunezero ni wose, ariko kuri OPRAH umubabaro ni wose inyuma yo kumva inkuru ivuga ko baryamanye na DIAMOND aho hari mu gisagara ca DAR ES SALAAM, ubwo uyo mwigeme yabona ikinyamakuru kiriko iyo nkuru,akaba yaciye yandika ku rubuga rwa INSTAGRAM aya majambo << kugeza ubu ndibaza, ese kwemera umuntu nibyo  bituma agusuzugura…kuki iyo umuntu yiyoroheje abantu bamusuzugura cyangwa bakamufata nabi? Uyu munsi nababaye kurusha indi minsi yose kuva nabaho…ntabwo ndemera umuntu kuri ruriya rwego kugeza ubwo amvugaho amagambo y’umwanda kuriya…ndibaza niba ntemerewe kugira inshuti isanzwe? Kugeza ubu nicaye hasi mbwira Imana nti….Mana uranzi neza>>.

OPRAH akaba  yatembereye igisagara ashavuye ngo bimwe vyakarorero, ivyo navyo bikaba vyavuzwe n’umwe mu bagenzi biwe barikumwe aho yariko atembera mu gisagara, iyo nkuru nayo ikaba yanditswe n’ikinyamakuru inyuma yo kubafotora barikumwe muriHOTEL yitwa MBEZI BEACH. Aho hakaba hari itariki 25/03/2013.

Comments

Popular Posts