KI-BRA VIDEOZ IGIRA IBASHIRIRE HANZE

indirimbo amaso y'inyana irimirije gusohoka vuba cane, ikaba izoba ibaye iya mbere uruganda rwa KI-BRA mu ruhande rw'amasanamu ariyo KI-BRA VIDEOS izoba ishize ahabona, bamwe mu bamaze kuyibona baremeza neza ko ikozwe mu buhinga kandi n'amasanamu yayo adasa n'ayandi yahora aboneka ngaha mu mazu akora masanamu, ehe amwe mu mafoto twashoboye gufata mu gihe bakiriko barayikora.
aho mwomenya ko gushika aubu bakiri muri PROMOTION yo gukora amasanamu.


nayo ibikorwa basanzwe bakora ni barashoboye kubishira hamwe ni nka nkibi,
kuwukeneye ko bamukorera kimwe mu vyo mubona ngaho mushobora kubatora kuri  +257 75973 402 canke kuri +257 79 966 586, ivyo mukeneye vyose bikorwa mu bwitonzi ntangere eka no mu mwanya mwayagiye.

Comments

Admin said…
This comment has been removed by the author.

Popular Posts