GUSHIRA AHABONA DVD JESUS IS KING YA HEAVENLY MELODIES



Umurwi Heavnely Melodie nyuma yo kuba barakoze concert mu kwezi kwa gatatu mu kigo ndanga mico c'abafaransa IFB kikaba cari citiriwe JESUS IS KING ubu naho babateguriye igiteramo co gushira ahabona DVD yiyo concert.

Ico giteramo kikaba kizoba kuwa mungu igenekerezo rya 4/08/2013 muri odeon palace  kikazotangura 18h-21h.Ico mwomenya nuko kwinjira mur'ico giteramo ari ku buntu.DVD mukaba muzozironka aho nyene imwe nayo ikaba izogurwa 12000f aho mwomenya yuko DVD ikozwe mu buryo budasanzwe ikaba yakozwe na company imwe yo mu gihugu c'ubuganda.
Aya akaba ar'amwe mu ma photo yafashwe mu gihe ca concert

  
 
 
 
 


  
 
 



Comments

Popular Posts