BURUNDI:MANAGER WA KIDUMU ARAHUMURIZA ABARIRIMVYI KO BAGIYE GUTERA IMBERE BICIYE MURI BUJA FEST


BUJA FEST ngo ni imwe mu ma FESTIVAL yaciye hano mu BURUNDI ariko ngo ntizoba itunganije co kumwe nizo zindi zigeze kuhaca. nkuko twabihawe na MANAGER wa KIDUMU muri kino gihe asanzwe ari mu gihugu cacu c'UBURUNDI ngo imyiteguro ni yose.
 ngo ibikorwa vya BUJA FEST uno mwaka ni umusi umwe ariko ikindi gihe ni nk'imisi ibiri canke mbere indwi yose nkuko FESTICAB isanzwe ibikora, ngo nyibaje kugira bace bagenda canke ngo banyike nkuko abandi babikoze ariko ngo baje kugira bafashe abaririmvyi ba Barundi ngo batere imbere.


Comments

Popular Posts