GABY ARIKO YITEGURA KUZA GUKORA IGITERAMO MU BURUNDI

Nyuma yo kuba yashize ahabona album yiwe mu Rwanda ariko yitegura kuza gukora igiteramo hano mu gihugu cacu.
Gaby akaba yamenyeshe yuko ico giteramo kizoba mu kwezi kw'icenda  ariko ngo ntabwo aramenya neza amatariki ariko ngo afise abo bariko bakorana imyioteguro hano i Bujumbura.
             

iyo album ya mbere Gaby azoshira ahabona aha i Bujumbura   akaba atazoza wenyene ariko azaba aherekejwe n'abandi baririmvyi bo mu Rwanda.
uretse indirimbo ziwe Amahoro,Wowe,Ungirirra neza ziri mu zakunzwe mu Rwanda no mu Burundi ndetse akaba ari nayo mpamvu itumye aza gusubira gukorera i giteramo hano i Burundi

Comments

Popular Posts