IMPUZU Z'IGITI ZIRATANGUYE KUBONEKA MU MAMANZA



ku musi w'itariki 16 z'ukwezi kw'umunani umumenyshamakuru akorera SITE yitwa GLM ariwe KING YANN COOL yararamutse aronka urupapuro rw'umutsindo. akaba yize ibijanye n'ubuhinga bwa none aribwo INFORMATIQUE DE COMMUNICATION kw'ishure ETG NYAKABIGA.

kuri uwo musi uwo mumenyeshamakuru yari yambaye impuzu zitandukanye n'izo abandi bose bari bambaye , kandi tunamenyereye bambara kuko we yari yambaye IMPUZU Z'IGITI. uwo musi mu gisagara ca BUJUMBURA hari akajagari aho yaca hose abantu baguma bakenera kumukorako. nkuko mubo aho kuri iyo PHOTO ABO BANTU BARI BAKENEYE KO bifotozanya nawe.
ico kikaba cerekanenye ko impuzu y'igiti isubiriye kugarukana agaciro mu maso y'urwaruka. nkuko rero muvyumva abo bose bagira ico bashaka kubaza ku bijanye n'ibijanye n'impuzu z'igiti borondera abasanzwe bazikora aribo MURUNDIKAZI FASHION ishirahamwe risanzwe arivyo rikora gusa.
contact: ANNICK KABATESI 

Comments

Popular Posts