BIMWE MU BIKORWA EMY EMERY ARIKO AKORA

                            
 
                                         Emy Emery
Emy Emery n'umwe mu runganwe ruzwi cane mu ndirimbo zo guhimbaza Imana hano mu gihugu cacu.Uwo musore wumva aramaze gukora indirimbo zitari nke abenshi mukaba mumuzi mu ndirimbo yise Jubile aho yakoranye n'abandi baririmvyi ndetse n'izindi yakoranye na Fortran Bigirimana. Ndetse fortran akaba yagiye amuba hafi kuko bagiye banajana mu biteramo hanze y'igihugu nko muri Kenya. 

Photo : Hello Fans.., I've touched down The Dar-Es-Salaam Airport. So, I was invited to act in a movie involving Top East African Stars.We're so happy to represent our country(Burundi).
From the left To the right are some of the Actors :
Batuli Actress from Tanzania, Sonia Fidelite Actress/Singer, Joyliz Actress from Kenya, Slim a.k.a Washington Actor from Tanzania, Rose Ndauka Actress from Tanzania, Me, myself and I Actor/Singer, Cynthia Entrepreneur/Actress And Marian from Tanzania
                        Bamwe mubo bazokinana iyo reresi
Emy rero akaba adafise izo ngabirano gusa ngo ashoboye no gukina amareresi.Ubu akaba ari mu gihugu ca Tanzanie aho ari kumwe n'abandi baririmvyi bo muri East Africa bariko bakina ireresi ya gouvernement yaho nyene.Akaba atagiye yijanye akaba ari kumwe n'uyundi murundikazi.Photo : Emy with Cynthia (Entrepreneur / Actress from Burundi)
                        Emy Emry na Cynthia KEZAMAHORO

Comments

Popular Posts