UYU MUZUNGU YARABICIYE BIRACIKA ARIRIMBA INDIRIMBO BAJOUX YA BIG FIZZO.

Ntivyari bwaboneke aho umuzungu akunda indirimbo akipfuza kuyisubiramwo.
Hari kuwa Gatandatu igenekerezo rya 21 mukwezi kwicenda munyubakwa za CENTRE JEUNE KAMENGE hari 1/4 mumahiganwa yintambo za none zari za teguwe nico kigo.
Umuzungu yarasavye micro kogira yikore mugahogo. Abantu bose bakimubona bibaza ko agomba aririmbe indirimbo zaba bandi tumenyereye bo hanze nka Beyonce ba Celindio nabandi.

Niho yatangura kuririmba indirimbo ya Big Fizzo bita Bajoux. Abantu bose baguye mugahundwe baratangara kuko nibintu batibaza kobibaho. 
                                       Arikumwe numunywanyi wa centre jeune kamenge

Uyo muzungu amazina yiwe yose ni:  AGNESSE CASTELLARIN akaba aturuka mu gihugu cubutaliyano akaba ariko arangurira ibikorwa vyiwe munyubakwa za CENTRE JEUNE KAMENGE.
Numunezero ntangere kubona hari umuririmvyi ashobora kuryo abarundi nabatari abarundi. 


Abanyagihugu bahashitse

Comments

Popular Posts