AMAKURU YU RUGENDO FORTRAN ARIMWO I PARIS

Umurimvyi Fotran Bigirimana ari mu rugendo mu mahanga aho ariko akora ibiteramo bitandukanye.Nkuko yabitumenyesheje aho ari im Paris aho yakoze igiteramo ciwe ca mbere kw igenekerezo rya 31/12/2013.Aho ngo ico giteramo cagenze neza cane gose.Ubwiwe akaba avyishimira.
                         

Numa yico giteramo yakoze mur'iryo joro ariko ategura ikindi giteramo azokorera mu bubirigin kuma genekerezo ya 4 na 5/1/2013 ndetse akaba yizera ko naho bizogenda neza cane gose.
  
                          
Twobibutsa yuko Fortran aheruts gushimirwa ni shengero ryo mu Burundi kubw'ibikorwa yakoze hano mu Burundi mu ndwi yari yahariwe BURUNDI PRAISE.Ayandi makuru yiwe yurwo rugendo tukazoza turayabamenyesha .

Aya akaba aramwe mu ma photo ariko ategura ico giteramo








                               Fortran na Laude bavukana

  


Comments

Popular Posts