Fizzo yoba yugurukira bamwe akima ibiganiro abandi

Mugani desire yoba asigaye avuga indirimi nyinshi nk'inzoka? canke afise anayamakuru yiyugururira gusumba abandi, ico ni kimwe mu bibazo uruganda rwa KIBRA NEWS mu nyuma yo kwumva ibiganiro bitandukanye yakoranye n'banyamakuru


mu nyuma yo gusohora indirimbo WHAT'S MY NAME amajamabo atandukanye yaravuzwe kuri uwo muririmvyi amenyekanye cane haba mu burundi canke mu makungu. ibiganiro vyaratanzwe bihabwa fizzo bitandukanye haba ku ma radiou mbuga zitanga amakuru.

Wumvirije indirimbo what's my name n'indirimbo vyumvikana ko yarafise ishavu rimwe ridasanzwe, mu kiganiro yakoranye na amidou hassan asanzwe akorera iradio CULTURE akandika kuri afriframe.bi hamwe na blog yitwa burundi beat, yarashoboye kuvuga ko atawe yatutse, ariko muri iyo ndirimbo avugamwo amajambo atandukanye vyulvikana neza ko yatutse canke mabi yariko abwira umuntu umwe mubo atashoboye kuvuga.

Mu kiganiro yahaye yann cool umwanditsi wo kuri indundi.com aho yaragira aje i dubai yamenyesheje ko yishuye muri ico kiganiro yamubajije ko arivyo ko yoba yaratukanye ngo WE NARAGUTUTSE? umunyamakuru akamusubiza ati ku ruhande iwanje ntiwantutse ngo kubera ata zina ryanje ririmwo ariko, akamusubiza ati basi jewe sinatukanye n'agahemo kenshi kenshi.

nayo abanyamakuru bamwe bakaba bahavuye bava mu mu gacerere bari bagizemwo imisi, ngo bakazoyagira kwi radio aho batumize n'umwe mu banyamakuru mugenzi wabo kugira bigire hamwe ico kibazo, nibindi bijana nk'ibihano nico abandi baririmvyi bahomba canke bunguka.Ariko amakuru adushikira avuga ko bamwe batumva co kimwe ico kibazo.

Comments

Popular Posts