ISANGANIRO AWARDS IGIRA KANE YATANGUYE GUTEGURWA.

Abenshi mwari murindiranye igishika cinshi cane yuko iryo higanwa ritanguro.Nkuko biri mu ntumbero ya Radio Isanganiro yo kuba hafi abarirmvyi no kubafata mu mugongo.

Abajejwe gutegura ico gikorwa bakaba batanguye gutanga amakete ku bamenyesha makuru bakora kuma radio atandukanye,abahinyanyuzi b'umuziki hamwe na bamwe basanzwe bazivugiriza mu mazu y'ubutambiro karibo ba DJ.
                            
Ikindi twobamenyesha nuko ku munsi w'ejo wa gatanu ariho hazoba ikiganiro co gutanguza ico gikorwa.Ico kiganiro kizobera kur Radio Isanganiro kuhera igihe c'isaha icenda aho mushobora kumenya vyinshi ku bijanye n'ingene ibikorwa bizoba bitunganijwe.Tubibutse yuko isanganiro awards imaze gutahukana abairirmvyi batatun abo nabo akaba ari RALLY JOE,YOYA,MUKOMBOZI.


Comments

Popular Posts