HASIGAYE IGIHE GITO NGO UMWANA AGIRA GATATU WA ISANGANIRO AWARDS ACUKE.

Nkuko abenshi mubizi ihiganwa Isanganiro awards igira kane yaratanguye ndetse ubu umuntu abira hakaba hasigaye igihe gito ngo tuyishikemwo.

Bamwe m bariko bategura iryo higanwa rigira kane batmenyesheje yuko hasigaye ikiringo gito kugira ng umuntu ashobore kuyijabukiramwo ng ub bikaba bisa nkko boba bakiri ku kiraro.


Mur uyu mwaka iryo higanwa ryateguwe neza kuko ngo uravye ukunt abahinyanyuzi bariko bazana indirimbo bazocaguramwo zimwe mirongo ibiri ngo n ibintu bitangaje kuko ngo n abahinyanyuzi bo mu ntara zo hagati m gihugu baragize ico bakora nabo.

Amakuru adshikira akaba aruko mur iyi ndwi ku mnsi wa gatanu ariho hazoshobora kmenyekeana indirimbo irongo ibiri zagumye zigaruka kurusha izindi.Aho murizo ndirimbo ariho hazoshobora kumenyekana uwozotwara isanganira awards igira kane.

Umuririmvyi Mukombozi akaba ndetse ashima cane isanganiro awards kuko yashoboyte knguka ibintu vyinshi cane aho yashoboye gukopra ibiteramo bitandukanye mu gihugu hagati ndetse ngo vyamhaye kumenyana n abantu benshi cane akaba kandi ngo afise ibiteramo azokora mur iyi ndw.Ivyo navyo bikaba bizoba kw igenekerezo rya 1/05/2013 kuri stade i Gitega k munsi mukur wa bakozi na kazi hama ikindi naco kizobera m ntara ya Cankuzo bukeye bwaho.

Comments

Popular Posts