Ibitisina | Impamvu bamwe bamwe bateba kuja mu kwezi

Nkuko bishikirizw n’ikinyamakuru gikorera mu bufaransa ngo birashika imisi yo kuja mu kwezi(règle) ku bigeme bakiri bato ngo ihindagurike na cane cane mu myaka itatu ya mbere y’ukubona ubutunyanka bwa mbere (règle). Ivyo ngo akenshi bikaba biva ku nda ziba zitipfujwe ku bigeme ico ngo coba ari ikintu ca mbere co kuraba, ariko ngo sivyo gusa kuko n’amazi aba ari mu gitereko nayo mu gihe afise ikibazo arashobora kubituma, eka ngo n’uguhahamuka nakwo kurabituma.


Mwomenya ko umwigeme ku myaka iri hagati ya 10  na 13 ashobora gutangura kubona ubutunyanka bwiwe bwa mbere, aho abavyeyi bakaba bakwiye kuba hagufi y’uwo mwigeme ngo bamwereke igikwiye n’ikibereye kugira ntahave agira ikibazo. Iyo migenzo mu afrika ntikunze kuboneka, vuba tukazobabwira ico abahinga babivugako.

amakuru yandi menshi mwoyakura kuri : fb.com/kibranews

Comments

Popular Posts