Ibitisina | Ugufyeta ku gitsinagore biratuma umugore canke umukobwa aryoherwa cane


Cunnilingus(Gufyeta ku gitsinagore) ngo kimwe mu bituma imibonano mpuzabitsina iryoha ku ruhande rw'abagore, ivyo bikaba bishikirizwa n'ikinyamakuru co mu gihugu ca Seenegal, kubwabo ngo abagore barabikunda kubera ari kimwe mu bituma baryoherwa bakumva ko nabo bashikaniwe aho bashaka. Nkuko ico kinyamakuru kibandanya kivunira akagohe abagabo, ngo abagore nabo baba bakeneye ko babasubiriza mu nkoko mu gihe nabo baba babaryoheye.

Nkuko ico kinyamakuru kibandanya kibishikiriza ngo ico abagore bakunda gusumba n'uko kuntu abagabo bafyeta ibimba vy'irondoka vyabo buke buke, ngo biratuma bumva uburyohe bwinshi. Ico nyene kikaba ari kimwe mu bituma abo bagore bakunda ico gikorwa kuko bakunda umuntu abitaho cane akabakorera ivyo batari biteze.

Ariko rero ico kinyamakuru kirabandanya kikavunira akagohe abagore nabo ngo bamenye ko n'abagabo atari bose bazi neza ico gikorwa bagikunda, ngo bari bakwiye kuza barabigisha binakunze bakabibereka uko bigenda kugira bikunde ico gikorwa gikorwe neza.

Comments

Popular Posts