+18ans - Ibitisina | Ukuryama muri gusa ku bubakanye birafise akamaro

Mu bushakashatsi bwakozwe ku bubakanye bo mu mice itandukanye y'isi, ngo kimwe mu bibabanezera gusumba ibindi mu buzima bwabo, ngo n'ukuryama uko zabaremye(Bari gusa). Ivyo biekemezwan'abagore n'abagabo bababjijwe ku bijanye n'ibibatera umunezero mu buzima bwabo bw'abubakanye.

Mu bagabo babajijwe bamenyesheje ko iyo baryamye bari uko zabaremye, bibatera gushaka gukora imibonano mpuzabitsina, ivyo navyo mukibuka ari rimwe mw'ibanga rikomeye ritegerezwa kwuzurizwa na n'abubakanye.

Muri ubwo bushakashatsi bwakozwe haramenyeshejwe ko n'ugusomana bidakozwe iyo hagira habe imibonano mpuzabitsina biri mu bituma imiryango(Umugabo n'umugore) iguma iryohewe.

Comments

Popular Posts