+18ans - Ibitsina | Impanuro ku bagore canke abakobwa bafise ikibazo co gukama amazi ava mu gitsina


Kimwe mu bituma umugore akama amazi yo mu gitsina ciwe ngo n'ubusaza, ivyo bigashikira abagore baba bafise imyaka isa n'iyitereye nkuko abahinga babimenyesha. Ariko naho bishika abo baba bari mu zabukur ngo n'abakiri bato nabo birabashikira, abahinga bakamenyesha ko ivyo bidashika Imisi yose.

Nkuko bishikra baba abakiri bato canke bakuze, ngo n'ibibazo bagira ahanini bica biba bimwe. ivyo navyo ngo n'ububabare bushikira mu gihe baba bariko barakora amabanga y'abubatse, bikaba biba bivuye kuko uwo baba bariko bagirana amabanga mpuzabitsina weashiramwo inguvu nawe akumva umengo n'inshinge ziriko ziramuterwa.

Uwo aba afise ico kibazo ngo yoheza akayaga n'uwo bashaka kugira imibonano mpuzabitsina akamubwira ikibazo ciwe, noneho bakigira hamwe umuti waco. Umwe muri iyo miti ngo n'ugukoranako(Caresse) zimara umwanya utari muto kugira umwigeme ashobora kuba yiteguye, ataruko naho ngo yomwereka aho amukoze amazi ashobora kuza kuko abakobwa bo baba bahazi.

Uwize ibijanye n'inyifato akaba amenyesha ko abakunda cane abubakanye bogira ibiyago vyinshi na cane cane ku bijanye n'imibonano mpuzabitsina kugira birinde ingorane zimwe zimwe zishobora kuza mu nyuma nk'uguhebana canke ukurenga ibigo ku bubakanye kuko rimwe na rimwe ugukama kw'amazi ava mu gitsinagore bitera

Comments

Popular Posts