+18ans - Ibitsina | Uburyo wokoresha kugira umugabo ntasinzire mu gihe ahejeje gukora imibonano mpuzabitsina
Nkuko twari twabibemereye ku musi w'ejo ko tuzobabwira zimwe zimwe mu nzira umuntu yocamwo ngo umugabo ntasinzire ahejeje gukora imibonano mpuzabitsina, kuko bamwe bamwe mu bagore canke abigeme bafise ikibazo c'uko umugabo ahejeje gukora imibonano mpuzabitisina aca asinzira akibaza ko biba bivuye ku mukobwa nyene canke.
Nkuko tubikesha ikinyamakuru Plaisir sante gikorera muri Canada ngo kuko rimwe na rimwe biva ku buruhe bw'umugabo canke umuhungu ngo wokora ibi bikurikira kugira ntasubire gusunzira.
Nkuko tubikesha ikinyamakuru Plaisir sante gikorera muri Canada ngo kuko rimwe na rimwe biva ku buruhe bw'umugabo canke umuhungu ngo wokora ibi bikurikira kugira ntasubire gusunzira.
- Iyo mibonano mpuzabitsina nimuyikore imbere yuko mufungura yaba ivya sasita ivyo mwijoro canke utwo kumugoroba(kuko ashobora guca asinzira ashonje), muhejeje kuryoherwa ni mufate akanya kanyu keza musangire amagi akaranze(Omollette)
- Mu gihe ivyo bidakunze, nimufate akanya kanyu mw'ijoro mukore iyo mibonano mpuzabitsina imbere yuko araba ibiganiro ku mboneshakure canke ngo arabe Film mu gihe ayikunda kuko mwohava mugera gukora iy mibonano mpuzabitsina mwamaze kuruha.
- Mukabona muhejeje kuryoherwa umukobwa yashaka ko bayaga n'umukunzi wiwe umwnya munini mu gihe umugabo nawe nawe adashobora gushikana uwo mwanya ni muyage kugira murabe umwanya woborohereza.
Comments