Icemezo cuko igisusu ca Nikiminaj atari gikorano


Icemezo c'uko igisusu ca Nicky Minaj atari igikorano ngo nuko uno muririmvyikazi mu gihe yariko arakora igiteramo ciwe ngaho mu budagi yahavuye yemerera abakunzi b'umuziki wiwe babiri kwurira kuri Scene aho yariko arririmbira.

Bose uko ari babiri ntibaronse amahirwe angana, umwe yaronse akaryo ko kumukorako nukumuyambira gusa, mu gihe uwundi nawe yaronse akaryo ko gukorako igihuhu ca Minaj.

Source :  Trace.tv/fr

Comments

Popular Posts