Kenya airways yagabanirijwe ingendo igira muri Tanzanie


Igihugu ca Tanzanie cagabanije ingendo z'indege ya Kenya AIrways yahora igira muri ico gihugu, bakaba bavuye ku ngendo 42 ku ndwi bashika kuri 17 gusa, ivyo bikaba bidashigikiwe n'abanyagihugu batari bake bo muri ako karere ivyo bihugu bisanzwe bituyemwo.

Nkuko bamwe bamwe babivuga ngo bifise ingaruka mbi ku batanzania hamwe no ku ba Kenya, ngw'ivyo bihugu vyose vyari bikwiye kwicarana bikaraba icokorwa.

Comments

Popular Posts