Ibihimba bitandukanye umukobwa akorwako agashaka gukora imibonano mpuzabitsina

Kimwe mu bihimba umwigeme umukozeko ngo uri umuhungu biroga kugira yihanganire gukora imibonano mpuzabitsina ngo ni igitisina nyene, ico gihimba ngo kikaba ari kimwe mu bihimba abakobwa bakozweko baca bumva bashatse gukora imibonano mpuzabitsina. Nkuko kimwe mu binyamakuru vyo muri afrika y'ubuseruko kibishikiriza ngo umwigeme atifuza gukora imibonano mpuzabitsina ngo yirinda gukorwa Ku gitsina.

Nkuko amakuru atangwa n'ico kinyamakuru abivuga ngo hari n'ibindi bice nk'amabere asanzwe  ari kimwe mu bihimba umuhungu akozeko umukobwa aca yumva asisimutse umubiri wose rimwe na rimwe bigatuma ashaka no gukora imibonano mpuzabitsina.

Ayo makuru abandanya ashikiriza ko ibindi bihimba bisigaye ari nk'ibibero, mu ntege, Ku mushatsi, no mu biganza ngo ivyo bikaba ari ibihimba bikomakomeye umwigeme yokwirinda gukorwako mu give adashima gukora imibonano mpuzabitsina ubwo nyene.



Comments

Popular Posts