Kenya : Umusore aririmba indirimbo zihimbaza Imana yagaraye akora amabi adasanzwe / raba Amafoto


Umusore w’imyaka mirongibiri akomoka mugace ka Kisumu ho muri Kenya uyumusore Akaba asanzwe ari umukiristu usengera mw’idini ry’abametodiste ndetse akaba ari n’umuririmvyi akorera murusengero asengeramo.
Aba basore berekana urukundo nkukwo abandi bose basanzwe bakundana

Joji Baro asanze anakunzwe cane mubijanye no Kuvuga ubutumwa akaba yeruye Kumugaragaro  akerekana Inchuti y’umuhungu bakundana ibi akaba yabitangaje ubwo yashira  hanze amwe mumafoto arikumwe nuwo muhungu avugako ariwe yihebeye ndetse ko yifuzako bazarushinga rukaguma.


Urukundo rwabo bavugako rukomeye kandi ntacobatandukanya

Kuribo ngo umunezero niwose
Joji Baro Ubusanzwe akunda kwitwara nkabakobwa yaba mungendo yiwe canke mumvugo ikunda kumuranga, akaba yahise anatangazako ubu ariwe mugore naho uwo muhungu bakundana akaba ariwe uzoba umugabo wiwe.

Gira ico ubivuzeko

Comments

Popular Posts