+18ans - Ibitsina | Bimwe mu bituma Imbuto z'umugabo zidakora neza


Mu matohoza yakozwe n*ikinyamakuru avuga ziri mu bituma imbuto z'umugabo zitagira inguvu zikwiye, ivyo bigaturuka kugushira imachine yanyu ngendanywa ku bibera{ku matako}haba uriko urakora canke uriko uraba ireresi.

Nkuko ubwo bushakashatsi bwakozwe bubivuga ngo ku ntanga{imbuto z'umugabo}z'abantu 29 zakozweko ubushakashatsi, ¼ c’izo ntanga zarapfuye mu nyuma yo gushirwa musi y’imachine iriko irakora ikoresheje WIFI, nayo ibice 14% vy’izashizwe musi y’imachine itariko ikoresha WIFI nazo zarapfuye.


Ivyo bikaba bivurwa haba ku matelephone manini manini(smartphone) hamwe no ku mamachine matomato(Tablette).

Source ; BEGEEK

Comments

Popular Posts